Amategeko y'ibarabara atazwi kandi umuntu wese muri Australia akwiye kumenya SBS Kirundi - SBS mu Kirundi
-
- Daily News
Wari uzi yuko wotozwa ihadabu muri Tasmania kubera gukoresha GPS kuri terefone yawe uri mu ngendeshwa. Turabashikiriza amategeko y'ibarabara atazi ariko yogufasha kwirinda kwica amategeko mu ma barabara yo muri Australia.

11 min