22 min

Parole aux femmes, Ep.14 : Impfu z'abakenyezi bicwa n'abagabo babo zotuzwa gute‪?‬ Yaga

    • Educación

 "Amaraso y'umukenyezi yoseseka ariko atanga ubuzima ntiyoseseka yishwe n'umufasha"

Hamaze imisi havugwa abakenyezi bagandagurwa n'abo bubakanye.

Ibitigiri biherutse kuduga, canecane mu ntara ya Kirundo

Ubwo ahandi ho ntibiba ntibivugwe ? Izo mpfu zokingwa gute ?

Ni co kiyago Dacia Munezero yagiranye na Inès Kidasharira, umwe mu basanzwe baharanira agateka k'abakenyezi.

Top podcasts en Educación

BBVA Aprendemos juntos 2030
BBVA Podcast
LA MAGIA DEL CAOS con Aislinn Derbez
Aislinn Derbez
Las claves de Sol
Sol Aguirre
Healthy But Human
Callie Jardine-Gualy
Anatomía y Fisiología Humana
Gretchen Irizarry González
Trying Not to Care
Ashley Corbo