4 episodios

King Yann cool Talkshow n'ikiganiro kizoza kibazanira abarundi bariko barakora, bashobora kugira ico bunguye abarundi bagenzi babo biciye mu nyigisho z'ivyo baciyemwo

King Yann Cool Talk show king Yann Cool

    • Economía y empresa

King Yann cool Talkshow n'ikiganiro kizoza kibazanira abarundi bariko barakora, bashobora kugira ico bunguye abarundi bagenzi babo biciye mu nyigisho z'ivyo baciyemwo

    DJ Jackson Ati Abaririmvyi binjiza kuri Spotify ngo baharurwa ku ntoke

    DJ Jackson Ati Abaririmvyi binjiza kuri Spotify ngo baharurwa ku ntoke

    #Dj_Jackson​ mu kiyago yagiranye na King Yann Cool yamenyesheje ko abarundi bishobora kubagora gukoresha Spotify, kuko Ari nka hamwe itoba yabiyumviriyeko bihagije, ngo nciyaho ashobora kutaronka uburyo bwo kuriha kuri urwo rubuga.

    • 14 min
    DJ Pro ati Spotify twayinjizako intica ntikize ariko tugiye kuhatorera akoyoko

    DJ Pro ati Spotify twayinjizako intica ntikize ariko tugiye kuhatorera akoyoko

    #Dj_pro​ ati abaririmvyi twababwiye kuva kera ngo bashire Indirimbo zabo ku mbuga zigurisha umuziki.  umuzo wa #Spotify​ nawo  uzotuma turonka abadukurikirana benshi Bari muri Africa y'ubuseruko kuko tuhafise abakunzi benshi, tubone kwongereza ayo twaronka kuko ayo twahakura yari intica ntinkize.

    • 8 min
    Monna Walda Ararahiye ko atari umu Video Queen, nayo B Face ngo nta wuzi ico bari barayaze

    Monna Walda Ararahiye ko atari umu Video Queen, nayo B Face ngo nta wuzi ico bari barayaze

    Muri ino Episode tugaruka ku Kibazo kigize imisi kiriko gica ku mbuga ngurukamabumenyi Aho abenshi bagiriza Monna Walda kutubaha R Flow mu kutamwishura message yari yamwandikiye kuri Instagram amusaba ko yoba umu queen Video muri imwe mu ndirimbo ziwe. 

    R flow ivyo yari yabishikirije mu Kiganiro yagiranye na Hosy Irakoze kuri Siren Vibe. 

    Kanzie rero akaba aheruka gushikiriza ko atari queen Video Kandi ko kuba yaragiye muri Videonkwa B Face vyavuye mu biyago bikomeye bagiranye. Tukaba tugaruka kuri ayo mabanga abantu batamenye. 

    Ushobora kudukurikirana kuri Instagram(KING YANN COOL), Facebook(KING YANN COOL), Twitter(KING YANN COOL), kuri Whatsapp(+250780713977) canke ukatwandikira kuri Mail yacu kingyanncool@gmail.com

    • 16 min
    Michou Miracle ngo benshi nta bikoresho bafise, baratira

    Michou Miracle ngo benshi nta bikoresho bafise, baratira

    Mu kiganiro na Michou Miracle, twagarutse kumvo zamutumye asubira muri Siren Vibe, akabirya asubiranyeyo n'ico anegura aho yigeze guca hose. Twanashatse kumenya uko bihagaze ku bijanye n'ibikoresho, muri rusangi muma webtv i Burundi. Vyose yabitwishuye, umviriza nawe ikiganiro. Ufise ico umbaza ushobora kutwandikira kuri whatsapp https://wa.me/250780713977

    • 14 min

Top podcasts en Economía y empresa

Libros para Emprendedores
Luis Ramos
Cracks Podcast con Oso Trava
Oso Trava
Chisme Corporativo
Macarena Riva y Rosalaura López
re:INVÉNTATE
Luis Ramos
Dimes y Billetes
Moris Dieck
The Diary Of A CEO with Steven Bartlett
DOAC