2 集

We inform you about financial news and how they affect you

Abavip Podcast Cm Kenny

    • 新聞

We inform you about financial news and how they affect you

    Week 3 of August 2020 financial bulletin

    Week 3 of August 2020 financial bulletin

    Hello Abavip, mumeze neza se ? yeap nimba utameze neza tukuzaniye amakuru ya Finance na economics muri AbaVip podcast ( the self-proclaimed best financial podcast muri East Africa) Mu makuru yuyu munsi turavuga ku Bakire bari kuva mu mijyi minini nka New york na California bakigira mu mijyi mito, tuvuge no ku mukire wa mbere mw' isi The Amazon founder and Ceo Jeff bezos nagashya yakoze muri forbes list, tuvuge kuri concerts na live shows muri corona economy, tuvuge no kuri BOOM iri muri stock kubera S&P 500 hama turangirize amakuru kuri Updates za Stimulus package muri USA. Stay tuned AbaVip turabakunda kandi Imana ibahezagire.

    • 23 分鐘
    Week 1 of August 2020 Financial bulletin

    Week 1 of August 2020 Financial bulletin

    Hello Abavip, aya ni amakuru ya finance na economics y' icyumweru cya mbere cy' ukwezi kwa munani. mu makuru twavuze ku ngingo zirimwo intambara y'idollari na ma yuan muri africa, tuvuga kwizamuka rya online payments, uko Big tech social media companies zifashe muri corona economy hamwe nuko Starbucks iri mu bibazo kubera Corona.

    • 31 分鐘

關於新聞的熱門 Podcast

晨早新聞天地
RTHK.HK
《The Real Story》By 報導者
報導者 The Reporter
NPR News Now
NPR
一起聽世界
中央廣播電臺 新聞部 國際新聞組
Global News Podcast
BBC World Service
端聞 | 端傳媒新聞播客
端传媒音頻 | Initium Audio