
Mwambutsa-Bonne-Gouvernance
Mwambutsa-Bonne-Gouvernance
Kaze ku rubuga twise “Mwambutsa Bonne Gouvernance”. Twipfuza gutambutsa ivyiyumviro vyubaka Ubuntu n’Abantu. Uwo wese afise ijambo ryubaka, riremesha; uwufise ubumenyi, ubukerebutsi n’ishaka ryo gukeburana, turamuhaye ikaze. Ntihagire uwitinya, ntihagire uwuterwa ubwoba n’igitsure canke areke abasambura n’abatryoza Ubumwe bw’Abarundi ngo babandanye kurenza urwamo Uburundi n’Abarundi. Murakaramba! Rwagasore ati: “Hatsinze Democratie nk’uko Abarundi bayumva kandi bayipfuza” (1961) Mwambutsa ati: “Uwushaka kumpoza ntampore” (1961)
About
Kaze ku rubuga twise “Mwambutsa Bonne Gouvernance”.
Twipfuza gutambutsa ivyiyumviro vyubaka Ubuntu n’Abantu. Uwo wese afise ijambo ryubaka, riremesha; uwufise ubumenyi, ubukerebutsi n’ishaka ryo gukeburana, turamuhaye ikaze. Ntihagire uwitinya, ntihagire uwuterwa ubwoba n’igitsure canke areke abasambura n’abatryoza Ubumwe bw’Abarundi ngo babandanye kurenza urwamo Uburundi n’Abarundi.
Murakaramba!
Rwagasore ati: “Hatsinze Democratie nk’uko Abarundi bayumva kandi bayipfuza” (1961)
Mwambutsa ati: “Uwushaka kumpoza ntampore” (1961)
Information
- CreatorMwambutsa-Bonne-Gouvernance
- Years Active2022 - 2026
- Episodes287
- RatingClean
- Copyright© Mwambutsa-Bonne-Gouvernance
- Show Website